"Umuhinga Akomeye"
— gesonge vun Redemption Voice
"Umuhinga Akomeye" ass e Lidd opgefouert op burundesch verëffentlecht op 22 mee 2025 um offiziellen Kanal vum Rekordlabel - "Redemption Voice". Entdeckt exklusiv Informatiounen iwwer "Umuhinga Akomeye". Fannt d'Liddlyrik vun Umuhinga Akomeye, Iwwersetzungen a Songfakten. Akommes an Net Worth gi gesammelt duerch Sponsoren an aner Quellen no engem Stéck Informatioun um Internet fonnt. Wéi oft ass de "Umuhinga Akomeye" Lidd a kompiléierte Musek Charts opgetaucht? "Umuhinga Akomeye" ass e bekannte Museksvideo dee Plazen a populäre Top Charts gemaach huet, sou wéi d'Top 100 Burundi Lidder, Top 40 burundesch Lidder, a méi.
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Umuhinga Akomeye" Fakten
"Umuhinga Akomeye" huet 50K Gesamtviews an 2.3K Likes op YouTube erreecht.
D'Lidd gouf op 22/05/2025 presentéiert an huet 4 Wochen an den Charts verbruecht.
Den ursprénglechen Numm vum Museksvideo ass "UMUHINGA AKOMEYE _ REDEMPTION VOICE".
"Umuhinga Akomeye" gouf op Youtube um 22/05/2025 17:03:22 publizéiert.
"Umuhinga Akomeye" Lyric, Komponisten, Record Label
Verse 1/
Mvuze yuko agira nez
Nukuri kwose sinoba mbeshe
Sivyo nabariwe oya
Narabibonye n'amaso yanje
Muvyapfuy’ibona ubuzima
Mubugararwa ihaca inzira
No Munda y’ingumba
Ubonamwo ihanga rikomeye
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Verse2/
Mumuriro uteye ubwoba ,
ba Shaduraka baramubonye
Na farawo yamenye ko,
Uhoraho ariwe Mana
Muvyapfuy’ibona ubuzima
Mubugararwa ihaca inzira
No Munda y’ingumba
Ubonamwo ihanga rikomeye
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Bridge/
Ntakind'ubuntu bwawe nibwo buhinga
Bwakuy'umuntu nkanje kure mu gahinga
Sinobigir'ibanga Yesu Ur'umuhinga
Amavi yose azofukama naho bopinga
Nar'impumyi
None ubu ndabona
Singifis'ikintandukanya nanje
Umusaraba wiwe
wampaye kwinjira ahera
Chorus/
Imana n'umuhinga akomeye
Kandi ntiterwa ubwoba n'ibihe
Bivuge n'umugabo akomeye
Niw' ategeka ibihe
Song :" UMUHINGA AKOMEYE"
Song writers : Hervé Mbungabunga ,Eric Mugisha & Yves Ishimwe ,Yvan Nininahazwe
Audio : KOLLY THE MAGIC
Video: ISH Director
Assistant Dir: Rika, Erlanda ,Cece
Camera: Bonaparte , Staffy,Juste
Decor:Gogo
Stylist: Igodalla